NEWS

Ikinyamakuru co kuri Internet cegereye Ubutegetsi, ‘Ikiriho’, cahagaritswe.

on

Ikinyamakuru cari cabaye rurangiranwa mu Burundi gikorera kuri internet mu Burundi, citwa “Ikiriho” cafatiwe ingingo yo guhagrikwa gushika mu kiringo kitazwi.

Iyo ngingo yo guhagarika ico kinyamakuru casomwa cane mu Burundi kuri Internet, Ikiriho, yafashwe n’umushikirizamanza wa Republika y’Uburundi, Sylvestre Nyandwi, kandi akaba atamenyesheje ikiringo iryo hagarikwa ry’ico kinyamakuru.

Ico kinyakauru Ikiriho kikaba cari mu binyamakuru bisomwa cane mu Burundi. Ico kinyamakuru camenyesha ko gisomwa n’abantu benshi.

Recommended for you