Sunday, May 28, 2023
HomeNewsIkibanza carimwo ONESIME NDUWIMANA cashizwemwo Trinitas GIRUKWISHAKA

Ikibanza carimwo ONESIME NDUWIMANA cashizwemwo Trinitas GIRUKWISHAKA

Mu kibanza cahoramwo ONESIME NDUWIMANA mu burongozi bwa SOCABU hashizwe Trinitas GIRUKWISHAKA. Girukwishaka akaba ariwe cegera c’umukuru w’urwego nshingwantwaro mu kigo OBR (Office Burundais des Recettes), akaba no mu rwego nshingwantwaro rw’ibanki BGF.

Muri kahise kiwe ngo yakoze cane mu bikorera utwabo aho yari umuyobozi ajejwe intwaro n’ubutunzi mw’ishirahamwe rikora urudandazwa rw’ivyinjira n’ibisohoka (Entreprise d’Import-Export). Uno muyobozi mushasha wa SOCABU nkuko tubishikirizwa n’ikinyamakuru IGIHE ngo yize ibijanye n’ubutunzi.

Must Read