PORITIKE

Igitoro cabuze mu ntara ya Makamba

By

on

Haba igitoro co mu bwoko bwa essence canke mazout ntibiboneka mu ntara ya Makamba haraciye imisi itatu nkuko bivugwa n’abenegihugu bo muriyo ntara. Ivyo rero bikaba bifise ingaruka mbi kubindi biciro aho bica biduga navyo kuko abadandaza batemera gukora bahomba.

Igiciro c’iritiro rya essence kikaba cagwijijwe na kabiri kija kumafaranga 4000. Abatwara abantu n’ibintu mu ntara ya Makamba bagasaba ababatwara ko bogira ibishoboka vyose kugira ico gitoro kiboneke. Barasaba kandi ko hoboneka abagwizatunga benshi bozana ico gitoro kugira umwe agize ingorane uwundi ashobore kukizana.

Mwomenya kw’iryo bura ry’igitoro rivugwa mu ntara ya Ngozi aho iritiro rya essence ryagurwa 6000 y’amahera y’amarundi.

Recommended for you

6 Comments

  1. gamefly free trial

    May 30, 2019 at 6:07 am

    I needed to thank you for this good read!!
    I absolutely enjoyed every bit of it. I’ve got you bookmarked
    to check out new stuff you post…

  2. how to get help in windows 10

    May 30, 2019 at 11:39 am

    Tremendous things here. I’m very glad to look your post.
    Thanks so much and I am having a look forward to touch you.
    Will you please drop me a e-mail?

  3. gamefly free trial

    June 4, 2019 at 12:11 pm

    Hola! I’ve been reading your site for some time now and finally
    got the courage to go ahead and give you a shout out from
    Austin Tx! Just wanted to mention keep up the
    fantastic job!

  4. gamefly free trial

    June 6, 2019 at 9:16 am

    Hi, the whole thing is going nicely here and ofcourse every one
    is sharing facts, that’s really good, keep up writing.

  5. playstation 4 best games ever made 2019

    June 12, 2019 at 2:29 pm

    After looking into a handful of the blog posts on your web site, I seriously appreciate your way of writing a blog.
    I book marked it to my bookmark website list and will
    be checking back in the near future. Please check
    out my website too and tell me how you feel.

  6. quest bars cheap

    June 15, 2019 at 4:54 am

    Link exchange is nothing else but it is simply
    placing the other person’s blog link on your page at appropriate place and other person will also do same for you.

Leave a Reply

Your email address will not be published.