Saturday, October 1, 2022
HomeNewsIgiteramo kidasanzwe kidumu yimirije gukora, Hazoca uwambaye mugisagara ca Cap Town ''...

Igiteramo kidasanzwe kidumu yimirije gukora, Hazoca uwambaye mugisagara ca Cap Town ”

Inyuma yahoo Umuririmvyi Fizzo vyanse ko agenda mugihugu ca Afrika y’epfo kuremesha igiteramo , Kiyoyo Juma yari yamuteguriye icogiteramo yahisemwo umuririmvyi akomeye cane muri kano karere , uwo nawe akaba yavyemeye neza ko ari tayari guteramisha abarundi n’abandi bazokwishikira mugiteramo azoremesha igenekerezo ry’8/11/2014 I Cap Town.

Cap Town ni kimwe mubisagara vyuzuyemwo abarundi batari bake , Kiyoyo umurundi yita kurutare muguteza imbere abaririmvyi b’abarundi cokimwe n’umuziki w’I Burundi yashimye gukora ibishoboka vyose kugira ikosa ryibonekeje ubwambere ntirisubire , ubu akaba yashimye gutwara umuririmvyi KIDUM akaba ariwe azoteramisha abantu bazokwishikira muri icokibanza giteguwe kuberamwo icogiteramo . Kubwa Kiyoyo uyomusi hazoca uwambaye kuko ibintu vyose nkenerwa vyarateguwe ntankeka ko abantu bazohishikira bazoryoherwa cane.

Must Read

Ubumwe bwa buraya bugiye gukuraho ibihano vyafatiwe bamwe mu bategetsi b’uburundi...

0
Ishirahamwe ry'umuryango w'ubumwe bwa buraya ngo rigiye gukuraho ibihano vyari vyafatiwe mu mwaka wa 2015 bamwe mu bategetsi b'ubarundi mu mwaka.Vyashikirijwe kuri uyu wa...