NEWS

Igihe ‘abatanama rimwe’ bakoranijwe n’umukuru w’igihugu.

on

Mu ntara ya Gitega uyu musi wa gatanu niho haba Inama yo kuremeshanya(moralisation) yakozwe na Petero Nkurunziza ari kumwe n’abarongoye imigambwe yemewe mu gihugu c’Uburundi mu ntara ya Gitega akongera ikaba umurwa mukuru wa Politike w’Uburundi.

Mu masanamu yaciye ku mbuga gurukana bumenyi nka za Twitter akerekana aho abasanzwe ‘batanama rimwe’ bicaranye bumviriza umukuru w’igihugu.

Uravye wokwibaza igituma bataja hamwe bagasangira ijambo batarinze gutumwako na Petero Nkurunziza maze bakarengera ibibatandukanya mu migambwe yabo.

Umukuru w’umugamwe CNL, Agthon Rwasa akaba yahuriye muri iyo nama n’uwo batanama rimwe wa FNL ariwe Yakobo Bigirimana.

Kubitiza amaso ku mafoto atari make ngaha:

Recommended for you