NEWS

Ibiro vy’uwuserukira Uburundi vyaruguruwe mu gihugu ca Australiya mugisagara Perth

By

on

Kur’uyu wakabiri niho hugurugwa ibiro vy’uwuserukira Uburundi mu gihugu ca Australiya. Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu, Denise Nkurunziza, akaba yari yitavye ico gikorwa cabereye mu gisagara c’i Perth.

Uw’atowe ngw’aserukire inyungu z’Uburundi akaba umushoramari yi Barry Court, akaba yiswe Consul, nukuvuga uwuserukira Uburundi muri Australie w’icubahiro. Mur’ico gihugu hakaba haba abarundi barenga ibihumbi bitatu benshi bakaba ari impunzi.

Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu, Denise Nkurunziza, akaba yaravuye mu gihugu ca Misiri aho yabonanye n’umupfasoni w’Umukuru w’igihugu w’ico gihugu Antisar Al Sisi.

Recommended for you