Saturday, October 1, 2022
HomeNewsIbintu umu Star '' Aime M '' yavuze muri kino kiganiro...

Ibintu umu Star ” Aime M ” yavuze muri kino kiganiro vyovyo ntibisanzwe ! Niwirabire nawe hano

Umuriririmvyi wicamamare w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America asigaye akunzwe cane murino minsi bivanye nuburyo ariko arakora neza ” Aime M ” aheruka gukorana ikiganiro numwe mu banyamakuru akora kuri Indundi.com, vyinshi bijanye nuno muririmvyi uraza kuvyunva muri kino kiganiro.

Must Read

VOA ntiremererwa gukorera mu Burundi kubera ikoresha Umumenyeshamakuru arwanya ubutegetsi(CNC).

0
Igihe cose iradiyo ijwi rya Amerika izoba igikoresha umumenyeshamakuru Patrick Nduwimana akekwa kugira uruhara mw'itembagazwa ry'ubutegetsi mu mwaka wa 2015 , ntizokwemererwa gukorera...