Bamwe mu bagumyabanga bashize ahabona ico bibaza ku kwitoza kw’umukuru w’igihugu babicishije mu rwandiko bamurungikiye, muri iryo kete nyene rigizwe n’impapuro zishika zibiri hiyongereyemwo rumwe n’igice ruriko ibikumu vy’abagumyabanga bashika kuri 17 bakomakomeye ba CNDD-FDD barungikiye umukuru w’igihugu c’uburundi aho bamusaha ko atokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu. Ivyo bakaba babishikirije mu ngingo zishika kuri 9.
Kurikirana ngaha musi ico babimubwiyeko
Mwibuke ko haheruka kuvurwa ko umukuru w’igihugu ashobora kugandagurwa n’uwahoze arongoye ibiro bikuru vy’iperereza General Nsimirimana Adolphe.