NEWS

Ibiganiro bihuza Abarundi vyimirije kuba itariki 18-24 Gitugutu 2018.

on

Mu nama y’ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Africa yabaye mu kwezi kwa Nyakanga 2018 ku bijanye n’igihugu c’Uburundi, Inama y’umutekano ya Afrika yashize ahabona ivyashitsweko ku vyerekeye Uburundi.

Bimwe mu vyashitsweko muri iyo nama ya AU Security Council n’uko hatunganijwe ko hagiye kuba ibiganiro bihuza Abarundi ku wa 18-24 Gitugutu 2018 i Arusha mu gihugu ca Tanzania ku ncuro ya gatanu.

Amakuru ahari akavuga ko abatavuga rumwe na leta bazokwitaba iyo nama bahurije hamwe(baba abo mu gihugu hamwe n’abahunze), maze bagasaba bimwe muri ivyo biganiro bivugwa ko ari ivya nyuma. Birashoboka kandi ko abatavuga rumwe na Leta y’Uburundi bashobora kuvayo bumvikanye ibijanye no gutanga umukandida umwe mu matora ya 2020.

Inama y’umutekano y’Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Afrika ikaba akandi ishima uko ibijanye n’umutekano n’amahoro vyifashe mu Burundi, maze igahamagarira abo bose vyega kubungabunga amahoro n’umutekano mu Burundi.

Inama y’umutekano ya AU ntiyibagiye kubandanya isaba ko Uburundi bwokurwako ibihano bwafatiwe n’Ishirahamwe ry’Ubumwe bwa Buraya.

Ntihibagiwe ko AU ishimira cane ibihugu vyakiriye impunzi z’Abarundi maze igahamagrira abo bose bavyegwa gukora ibishoboka kugira izo mpunzi zihungurwe mu gateka kazo, harimwo no gufashwa mu gutangura ubuzima.

Recommended for you

5 Comments

  1. gamefly free trial

    May 28, 2019 at 7:39 pm

    I’ll immediately grab your rss feed as I can not to find your e-mail subscription link or e-newsletter service.
    Do you have any? Kindly let me understand in order that I could subscribe.
    Thanks.

  2. gamefly free trial

    June 2, 2019 at 6:31 am

    I have read several excellent stuff here.
    Definitely value bookmarking for revisiting. I surprise how a lot effort
    you put to create this type of fantastic informative site.

  3. gamefly free trial

    June 4, 2019 at 2:08 am

    I like what you guys are usually up too.

    Such clever work and reporting! Keep up the amazing works guys I’ve incorporated
    you guys to my own blogroll.

  4. quest bars cheap

    June 14, 2019 at 8:59 am

    I always spent my half an hour to read this web site’s posts daily along with a cup of coffee.

  5. quest bars

    June 16, 2019 at 5:47 pm

    Heya i am for the first time here. I came across this board
    and I find It truly useful & it helped me out much.
    I hope to give something back and help others like you
    aided me.

Leave a Reply

Your email address will not be published.