NEWS

Ibibanza bitandukanye vy’i Bujumbura vyatewe amagerenade

on

Abanyagihugu baharurwa muri cumi nibo bamaze kumenyekana ko bakomerekeye mu bitero vy’amagerenade vyabaye mu gisagara ca Bujumbura, mu mihingo igera kuri itanu itandukanye, mu gatondo ko kuri uwu wa mbere.

Gerenade ya mbere yatanguye kwumvikana muri zone ya Ngagara, muri karitiye ya gatanu, haca hakurikira amasasu.
Abari mu gisagara ca Bujumbura nabo bakaba bahavuye nabo bumva urwamo rw’amagerenade, imwe yatewe kuri station y’igitoro ya Interpetrole iri hafi ya Hotel NOVOTEL, imbere y’ikibanza citiriwe ukwikukira, ikomeretsa abantu umunani. Iyindi yatewe imbere y’ishami ry’ibanki BCB mu Buyenzi, ikomeretsa babiri, iyigira gatatu iterwa kw’isoko kwa Siyoni, hamwe n’iyindi igira gatanu yatewe mu kibanza badandarizamwo amashurwe mu gisagara ca Bujumbura (Maison Fleurie), imbere y’ishure rya Athenée Primaire.

jeshi

Abari kuri station y’ibitoro ya Interpetrole bavuga ko babonye ikintu gitembagara kiri mu kamwanya, baca bumva kiraturitse.
Muri zone Buyenzi, grenade nayo nyene iri mu kamwanya, yatewe imbere ya banke ya BCB.

Mu gihe bamwe mubegereye ahatewe ayo magerenade bavuga ko hejuru y’abo bakomeretse hari abantu ayo magerenade yoba yahitanye, mu giporisi c’Uburundi ntaco barashikiriza.

Tubandanya kubatohoreza iyo nkuru

Ikiduga c’igiporisi kijejwe kuzimya imiriro caciye kinyarukira guhanagura ahari amaraso y’abakomerekejwe n’izo gerenade kuri Station ya Interpetrol.

hana

san

Recommended for you

9 Comments

  1. genesis mining promo code

    June 29, 2019 at 3:28 pm

    I value the blog article.Thanks Again. Much obliged.

  2. click to investigate

    July 15, 2019 at 9:48 am

    I just want to mention I’m all new to weblog and really enjoyed your page. Almost certainly I’m want to bookmark your blog . You amazingly come with remarkable posts. Regards for sharing your web site.

  3. Storage cabinet assembly service

    July 17, 2019 at 9:44 pm

    Great work! This is the type of info that should be shared around the web. Shame on Google for not positioning this post higher! Come on over and visit my web site . Thanks =)

  4. Best Porno escorts

    July 17, 2019 at 10:06 pm

    Hello. splendid job. I did not anticipate this. This is a splendid story. Thanks!

  5. Enjoyed studying this, very good stuff, regards . “A man may learn wisdom even from a foe.” by Aristophanes.

  6. Furniture assembly

    July 18, 2019 at 8:51 am

    Great – I should definitely pronounce, impressed with your site. I had no trouble navigating through all the tabs as well as related info ended up being truly simple to do to access. I recently found what I hoped for before you know it in the least. Reasonably unusual. Is likely to appreciate it for those who add forums or something, site theme . a tones way for your client to communicate. Excellent task..

  7. Crate barrel furniture assembly

    July 18, 2019 at 8:58 am

    I conceive this website has some rattling fantastic information for everyone. “Loving someone is easy but losing someone is hard.” by Shelby Harthcock.

  8. John Deere Diagnostic and Test Manuals

    July 18, 2019 at 12:52 pm

    Hi there, I discovered your web site by way of Google even as looking for a comparable subject, your website came up, it appears great. I have bookmarked it in my google bookmarks.

Leave a Reply

Your email address will not be published.