NEWS

Ibanki Nkuru yamiriye kure amafaranga yo mu buhinga bwa none(Cryptomonnaies)

on

Ibanki Nkuru y’igihugu yamiriye kure ya mafaranga akorera kuri internet ariyo bite monnaie virtuelle canke cryptomonnaies(cryptocurrency)

Ibanki nkuru ya republika y’u Burundi iragabisha abantu bakoresha amafaranga yo kuri internet(monnaie virtuelle).

Banki Nkuru ikamenyeshako itayemera atan’igihugu cemangako kiyiyitirira kwisi.

Ayo mafaranga yaharawe cane mu Burundi. Ayo mafaranga ya cryptomonnaies Ibanki Nkuru yiyamirije mu Burundi ni BitcoinEtherLitccoinDogecionOnecoinBTC, Fahari Cash Coin n’ayandi.

Ayuyo mafaranga y’agaciro kuri internet hari benshi bayungukiramwo canenabandi bayahomberamwo cane.

Amahera mwene ayo ntakontororwa n’igihugu na kimwe kw’isi kuko akorera kuri intermete mu buryo buhishije cane.

Ibihugu bimwe bimwe kw’isi biriko bihimiriza abanyagihugu bavyo kwijukira amafaranga yo mu bwoko bwa Cryptpmonnaies nk’Urwanda n’ibindi kuko bituma igihugu gitera imbere.

 

Recommended for you