NEWS

I bubanza abanyuruzwa batwarwa bafunzwe mu maso, soma uko bimeze ngaha

on

congo_2412122b

Mu ntara ya Bubanza neza neza muri Gihanga abantu batari bake ngo baguma banyuruzwa nkuko Amakuru ava mur iyo ntara abivuga, banyuruzwa n’abantu bambaye impuzu z’isoda ariko has I bafise ibirato vy’aba goronome.

Abo banyuruzwa ngo basabwa amahera ari hagati y’imiriyoni 4 na 11 kugira barekure abo baba batwawe. Amakuru dukesha insamirizi IJWI RYA AMERIKA avuga ko abanyuruzwa batwarwa bababoshe mu maso ngo bakabarekura bageze iyo baja.
Ayo makuru nyene dukesha ico kinyamakuru avuga ko n’inka zitwarwa icamaso ariko zikabanje kubarwa kugira zitwarwe inyama. Izo nyama zikaba zitwarwa n’imiduga itaramenyekana iyo izijana n’iyo miduga iyariyo.