Thursday, June 8, 2023
HomeNewsHavutse mu Burundi Urunani rushasha rw’imigambwe umunani itavuga rumwe n’ubutegetsi

Havutse mu Burundi Urunani rushasha rw’imigambwe umunani itavuga rumwe n’ubutegetsi

Urwo urunani rwavutse kuri uno wagatanu ngo rukeneye ko bintu bihinduka rwitwa “RANAC”(Rassemblement National pour le Changement),imigambwe irurimwo ni FNL ya Rwasa Agathon, UPRONA ya Karori Nditije, FRODEBU Nyakuri Iragi rya Ndadaye itwarwa na Minani , RADDES, PARIBU, PASIDE IMBONEZA, A.D.R na RADDEBU,ariko rero muri urwo runani bakemeza ko babandanya gukorera hamwe na ADC IKIBIRI.

arton12364-5772f

Intonde z’abazoserukira urwo runani mu matora yose harimwo n’ay’umukuru w’igihugu ngo zizokorerwa hamwe mu migambwe yose irurimwo, urwo runani rukamenyesha ko ruzoshira imbere abakerebutse kandi bazwi n’abanyagihugu bazobaha amajwi.

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...