NEWS

Happy Famba yarashize ahabona amasanamu yiwe ahabona kuruyu w’Imana

on

Umuririmvyi w’umurundi happy famba yarashize ahabona amasanamu y’indirimbo zibiri ahabona kuruyu w’Imana igenekerezo rya 14 ukwezi kwa ruhuhuma kuri christal club
IMG-20160216-WA0004

Abaririmvyi atari bake barabonetse aho bari baje gushigikira uyo muririmvyi happy famba aho twobabwira nk’umuririmvyi jay fire,mr champagne hamwe n’umugwi best life music
IMG-20160216-WA0003

Tworangiza tubamenyesha ko happy famba yariko ashira ahabona amasanamu y’indirimbo collabo hamwe n’indirimbo never change

Leave a Reply

Your email address will not be published.