NEWS

Gn Nephew ” umuririmvyi w’umurundi abandanya akora neza m’Umuziki ndundi.

on

Gn Nephew ” ni umwe mu baririmvyi b’abarundi baba muri Leta zunze ubumwe za America abandanya akora neza cane m’Umuziki ndundi, UBM News turavye aho yatanguriye naho ageze biraboneka ko hari intambwe ikomeye amaze gutera imbere mu muziki. Raba hano imwe mu ndirimbo ziwe amaze gukora.