NEWS

Gabriel Rufyiri asaba ko ivy’itunganywa ry’ubutare bitoherera mu majambo gusa

By

on

Ivyo Gabriel Rufyiri, umukuru wa OLUCOME, ishirahamwe ryiyemeje kurwanya ibiturire, abivuze mu nyuma yaho habereye inama mu ntara ya Bururi aho Umukuru w’igihugu, Petero Nkurunziza, avugiye ko ivyo kw’imba ubutare mu Burundi vyokorwa kuburyo abarundi bose babona akarusho k’ubwo butare.

Gabriel Rufyiri avuga ko ivyo kwigisha abanyagihugu bitoherera aho ariko ko vyoja mu ngiro nkuko arinayo politike y’Ubumwe bw’Afrika bise Vision 20-25 aho umunyafrika wese azokumva akarusho ubutare bwimbwa mu gihugu iwe bumuzaniye akarusho.

Umukuru wa OLUCOME akavuga ko ivyo kugira bishoboke ko hakwiye inguvu nyinshi murico gisata nacane cane gutanga ivyegeranyo kungune amafaranga y’ubwo butare yinjira.

Recommended for you

You must be logged in to post a comment Login

Leave a Reply