Ikiganiro ca mbere c’abarundi gikorera hano muri Leta zunze ubumwe za America mu kunda muri benshi ‘ The syub show ”, ubu gikomeje kubazanira vyinshi vyiza muba mukeneye kumenya bikorekera hirya no hino , muri kino kiganiro hano yakoranye na bamwe mu rwaruka ruri mu ntango zo gukina amareresi ” Film ” Raba hano Full Interview ubashe kumenya vyinshi.