Tuesday, May 30, 2023
HomeNewsExclusive interview '' ibi nivyo Sat-B yavuze kuvyerekeye indirimbo yiwe nsha yitezwe...

Exclusive interview ” ibi nivyo Sat-B yavuze kuvyerekeye indirimbo yiwe nsha yitezwe n’abantu benshi ya ” Satura amabafle ”

Nyuma yaho bimaze kwibonekeza ko abantu benshi barindiranye igishika cinshi indirimbo nsha y’umuririmvyi wicamamare akunzwe n’abantu benshi ‘ Sat-B ” ikinyamamakuru ca mbere gikunzwe ndetse gisomwa n’abarundi benshi gikorera muri America ” UBM News ” twashimye kurondera uno muririmvyi kugirango atubwire itandukaniro ryoba riri hagati yiyo ndirimbo nsha ya ” Satura amabafle ” hamwe nizindi amaze gukora.

sat b

Mukiganiro uno muririmvyi yaduhaye, ubwiwe yavuze ko itandukaniro yuko rihari bivanye nuko uwo muziki uzoza ukoze mumudiho utamenyerewe mumuziki wu burundi ikindi naco nuko iyo ndirimbo yakoraniweho aba Producer bakomeye cane mu Burundi ubwo niyasohoka ngo izoza imeze neza kurushiriza.

Sat B yagize ati : itandukaniro rihari n uko izoza ifise umudiho utamenyerewe cane mu muziki w uburundi uretse umuziki wo muri africa witwa afro beat ikaba yarakoraniwe ko n aba producer babiri bakomey ngah i burundi hamwe n;umwe akomeye cane mu rwanda abo nabo ni lizer, takis hamwe na pastor-p

sat b

Must Read