Sunday, January 29, 2023
HomeNewsExclusive ‘’ ibi bintu Rosa Muhando yavuze biratangaje pe !...

Exclusive ‘’ ibi bintu Rosa Muhando yavuze biratangaje pe ! ‘raba ino Interview yiwe nshasha

Nimba utarabona ino Interview ya Rosa Muhando nuyirabe hano ‘ uno muririnvyi avuga ko afise ubushobozi bwo kugera ahariho hose yipfuza bitamugoye kuko ngo ‘’SONY MUSIC INTERTAINMENT ‘’ niyo vyose ibimukorera ‘’

Must Read

“ko wabuze ico ukora reka tukuyoze birya bicafu ube urakora ivyo”...

0
Abashomeri baja hagati mu gisagara ca Bujumbura ataco baba bariko barahakorera bagiye kubahagurukira . Bivurwa n’umushikiranganji wa mbere Gervais Ndirakobuca aho agirako atomora mu...