NEWS

Evarishe Ndayishimiye aragabisha abanyonora amatungo ya leta.

on

Umunyamabanga mukuru wa CNDD-FDD, Evariste Ndayishimiye, aragabisha abanyuruza itunga rya Leta.Ivyo Evariste Ndayishimiye abimenyesha incuro nyinshi.

Yamenyesheje ati: “Ubusuma ni inkurikizi yo kudashaka gukora” , “Uriye ivyo utabiriye akuya uba uriye amaraso ya mugenzawe yabize akuya”.


Bamwe bamwe baribaza nimba mu gihe Evariste Ndayishimiye yototrwa kuyobora Uburundi mu mwaka wa 2020 yoshobora guhagurukira abarundi bamwe bamwe usanga badakorwako mu kubabuza kunyonora amatungo ya leta.

Uko bibboneka, biragaragara ko mu 2020 igihe Ndayishimiye yotorwa, azoba afise urugamba rutari ruto rwo gutuza ba Kaboko bapfukamye igihugu mu nda.

Mukurikire hano:

Recommended for you