Ino ndirimbo nshasha iryoshe cane yo guhimbaza Imana ikomeje guhezagira benshi, yaririmbwe n’abaririnvyi b’abarundi baba hano muri Leta zunze ubumwe za America ( Dallas, Texas ) , Methuselah hamwe na Juma akaba aribo baruririnvye.
Muhezagirwe mwese naruno ruririmbo rwo guhimbaza Imana ” Ee baba by Methuselah Ft Juma ”