Iyi nindirimbo yerekeye amatora yuburundi 2015,igihe mumajambo mvuga ndaya rap mvuga ko abitoje mumatora bokwemera uwabarushije kuko habutana 2
hagatsinda1,nkasaba nabantu kutagumuka mukuvuga ivyamoko nkivyahaciye vya nyakwubahwa umuhisi Melchiol Ndadaye,,, mumajambo make Niko iyo ndirimbo
ivuga, ndasavye abayumvira Bose bamanze kwumvira amajambo hanyuma bumvirize umudiho,murakoze mukuru wa Ubmnews