Monday, May 29, 2023
HomeNewsDiamond Platnumz agiye gukoresha igiteramo cakataraboneka mu Burundi '' Unva hano ukuntu...

Diamond Platnumz agiye gukoresha igiteramo cakataraboneka mu Burundi ” Unva hano ukuntu yavuze

Umuririmvyi amaze kugera ku rwego rwo hejuru ” Diamond Platnumz, itariki 28 za kuno kwezi uno mwaka turimwo wi 2014 azoba ari i Bujumbura aho azokoresha igiteramo ca kataraboneka mu Burundi.

diamond tz

Diamond mukubwira aba Fans biwe yagize ati : BURUNDI!!! BURUNDI!!! Kijana wenu nakuja! tukutane Uwanja wa St. Augustin tareh 28 | 12 |2014…..

Diamond

Nyuma yo kwemeza ubwiwe ko azokwitabira ico giteramo , abenshi bakomeje kwibaza impanvu Big Fizzo , Sat B, chany queen, R-flow, Rally Joe batari kuri Affiche yico giteramo ca Diamond naburya abo baririmvyi abenshi bemeza ko aribo bakunzwe cane mu Burundi

Must Read