Sunday, May 28, 2023
HomeNewsDaddy Face abazanije Video nshasha muzokunda muri benshi '' Raba hano muko...

Daddy Face abazanije Video nshasha muzokunda muri benshi ” Raba hano muko iriko irategurwa

Umuririmvyi akunzwe ndetse yamamaye cane hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Daddy Face ” ubu aheruka gukora clip Video y’indirimbo nshasha yise ” FOREVER ” ubwo muminsi itari mike izoba iri kumugaragaro.

daddy face

Mu rwego rwo gushaka kumenya umunsi azoyishirira kumugaragaro, Ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gisomwa n’abarundi benshi gikorera muri Leta zunze ubumwe za America ” UBM News ” twashimye kuganira nuno muririmvyi, aho mukiganiro yaduhaye yavuze ko video baza bararangije kuyi ”shootinga ” ubwo nko mundwi 3 izoba yamaze kubageraho ikindi naco ngo nuko abantu boyirindirana igishika kuko ngo izoza idasanzwe.

Daddy Face yagize ati : Video twayirangije kuyi shootinga ejo but nko mundwi 3 izobayamaze kubashikira aba fans banje, Iconobabwira rero nuko mwoyirindirana igishika cinshi kuko iyo video ije itavyorosha Kandi izoba itandukanye nama video yose nari maze gukora ” Unomwaka kabisa sinicaye kuko ndiko ndarwiza ibikorwa ikindi naco nuko ino ndirimbo ariyo naririmbiye umukunzi wanje na niwe ari umu video model wiyo ndirimbo.

Must Read