NEWS

CNDD-FDD: ‘Uwuzosubirira Nkurunziza akwiye kuba ari icababa wiwe mu butwari’.

on

Umutegetsi wo ku rwego rwo hejuru mu mugambwe CNDD-FDD yemeje mu ntara ya Kanyanza ko vyukuri Umukuru w’igihugu ahari ubu atazosubira kwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu mu mwaka wa 2020, ko ‘azosubirirwa n’intwari nka we’.

Biragaragara ko umusubirizi wa Petero Nkurunziza azoza atangaza abatari bake mu mugambwe uri ku butegetsi n’abandi batawurimwo.

Umviriza ngaha ayo majwi y’uwo mutegesti wo ku rwego rwo hejuru muri CNDD-FDD yavugiye kw’iradio nkuru y’igihugu:

Recommended for you