NEWS

Bwiza : Umuduga w’igiporisi watewe gerenade

on

Umuntu atamenyekanye yateye gerenade ku muduga w’igiporisi c’Uburundi, mw’ijoro ryo kuri uwu wa mbere, mu gisagara ca Bujumbura, zone Bwiza, komine Mukaza, mu gisagara ca Bujumbura.

Nk’uko bimenyeshwa na OP1 Pierre NKURIKIYE umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, iyo gerenade yatewe ku muduga w’igiporisi wari uhagaze kw’ibarabara rya kane muri zone ya Bwiza.

voitu

Iyo gerenade yononye amapine y’iyo modoka, uwayiteye nawe akaba atafashwe.

Recommended for you

Leave a Reply

Your email address will not be published.