NEWS

Bujumbura : Abasirikare b’intwazangabo bagera kuri 5 batawe muri yompi

on

Abasirikare b’intwazangabo bagera kuri 5 nibo batawe muri yompi kuri uwu wa kane, bakaba bapfungiwe mu gasho k’igendereza i Bujumbura. Muri abo bafashwe harimwo Colonel Jean Baptiste MIRUHO batazira Miros.

504bf187780e4b67ad1d19100e59bd46_18

Colonel Jean Baptiste Miruho batazira Miros nyahoze mu murwi warwanya Reta (ex-combattant du CNDD-FDD), mu nyuma yinjizwa mu gisirikare c’Uburundi mu masezerano y’uguhagarika intambara.

Iyindi ntwazangabo iri muri abo bafashwe ni Nestor Bahati batazira “ça dépend”

Amakuru atangwa n’izo ntwazangabo zafashwe avuga ko zagirizwa ugushaka guhungabanya inzego z’igihugu.

Recommended for you