Wednesday, June 7, 2023
HomeNewsBujumbura: Abantu barenga 15 bakomerekeye mu gitero ca Gerenade.

Bujumbura: Abantu barenga 15 bakomerekeye mu gitero ca Gerenade.

Muri zone ya Bwiza kw-ibarabara rya kane ,havurwa igitero ca gerenade  cabaye mw-ijoro ryo kuri uyu wa gatatu  mu nzu abantu barabiramwo amareresi. Abantu barenga 15 akaba aribo bimaze kumenyekana ko bakomeretse mw-ico gitero. Ico kibanza kikaba gikunda kuba giteramiramwo urwaruka ruvuye mu ma zone ya Nyakabiga, Jabe na Buyenzi.M26 grenade - Wikipedia

Nkuko vyiganwa n-abashoboye kwirukanga bahunga ico gitero, bemeza ko abantu barenga 15 bahakomerekeye  harimwo na baremvye cane. Igipolisi kikaba cihutiye kutwara abakomeretse muri bimwe mu bitaro biri mu gisagara ca Bujumbura.

Musitanteri wa komine Mukaza, Renovat Sindayihebura aremeza ayo makuru y-ico gitero ariko akamenyesha ko ata muntu numwe yapfuye ko n-abakomeretse batababaye cane.

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...