Inkuru zihuta zidushikiriye kano kanya abanyamakuru ba UBMNews nuko Nyakubahwa yahoze arongoye igihucu ca Africa Yepfo ( South Africa ) ” Nelson Mandela ko yitavye Imana uno musi ( December 05, 2013 )
Nelson Mandela yamaze imyaka 27 ari mugasho kandi niwe mwirabure wambere yabaye umukuru wigihugu muri Africa Yepfo, UBMNews reka tubibutse ko Nelson Mandela apfuye afise Imyaka 95, Twamukunda cane ariko Imana yo yamukunze kurusha, Imana imwakire mubwami bwayo bwo mwijuru !