Monday, January 30, 2023
HomeNewsBreaking News '' Jean Marie Christian Ninteretse '' niwe atsindiye Million...

Breaking News ” Jean Marie Christian Ninteretse ” niwe atsindiye Million 20 z’amarundi muri Primusic ” ( 20.000.000 Million fbu )

Umuririmvyi ” Jean Marie Christian Ninteretse ” niwe uno munsi atsindiye i Million 20 z’amarundi mwihiganwa rizwi kwizina rya Primusic

ninteretse

Uru n’urutonde rw’ukuntu abaririmvyi bagiye barakurikirana muri ” Final ya Primusic ”

1.Jean Marie Christian Ninteretse (20.000.000 fbu)
2. Kiki toure (5.000.000 fbu)
3.Olga Lorie (3.000.000 fbu )
4. Eduin Akiteretse (2.000.000 fbu)
5.Kaze Sosthène (1.000.000 fbu)

Inkuru ijanye n’ukuntu ibirori vyose vyagenze iraza kubageraho mukanya, ubwo ugume hafi y’ikinyamakuru cawe ukunda ” UBM News ” kugirango uze kumenya muko Final yose yagenze uyu musi.

Must Read

Urwanda rumenyesha ko umwansi umwe rudende rufise mu karere ari Congo...

0
Umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu w’urwanda yemeje ko muri aka karere ,igihugu c’urwanda gifise umwansi umwe rudende ari we Republika iharanira Intwaro rusangi ya Congo....