Sunday, May 28, 2023
HomeNewsBreaking News : Haraye hatewe Grenade kwa Mkombozi , Manager wiwe yahatswe...

Breaking News : Haraye hatewe Grenade kwa Mkombozi , Manager wiwe yahatswe gupfa ” Raba hano

Manager wa Mkombozi yaraye ahatswe kwitaba Imana bivuye kuri Grenade yatewe n’abasanzwe barondera guhungabanya ubuzima bwa Mkombozi.
Nkuko twabibabwiye Mkombozi yaramaze guhunga ubu akaba abarizwa mu gihugu kitaramenyekana ataranashima kuvuga kumvo z’umutekano wiwe.

Mkombozi

Muri rino joro ryakeye Manager wiwe yahuye n’abagizi b’anabi igihe yariko aragenda muhira kwa Mkombozi aho umukozi wiwe asanzwe aba eka akaba ari nawe asigaranye urugo rwa Mkombozi,Manager rero akaba yari agiye gutora ibifungurwa umuririmvyi Elly’s Boy ashobora gufungura niho yahura n’abagabo 2 bari ku moto baguma bamwirukako yohagarara,amaze kubona ko batamushakira impore yaciye aguma yirukanka ashitse asaba umukozi ko yokwugurura ningoga na ningoga kugira akize agatwe ubwonyene acugururigwa yatewe GERENADE umuduga wiwe urononekara ndetse n’uwundi muduga waringaho murupango urononekara ariko Imana ikaba yarakinze atanumwe yahasize ubuzima.

iket

Tubamenyeshe kandi ko inyuma yo guterwa Gerenade bahavuye bahata urwandiko rutera ubwoba Manager wa Mkombozi bamubwira ko adakwiye kwigira Yesu kugira acungure abasani rukaba arirwo rwuru hano musi.

Mkombozi asaba ko atadeni canke ikibazo afitaniye n’umuntu n’umwe kuburyo n’abagenzi biwe bobandanya kumuzira ngo iyari mumahanga ntanakimwe kinyegejwe atazomenya ngo abahora bamuraza rubunda azoteba abamenye akarangiza avuko ngo Imana niyo izobahemba.

Must Read