NEWS

Bonaventure GASUTWA amenyesha ko batazokwitaba ibiganiro bitumweko na Benjamin Mkapa

on

Umuvugizi wa Charles NDITIJE avuga ko ariwe akirongye umugambwe UPRONA Bonaventure GASUTWA amenyesha ko Chares NDITIJE ariwe akirongye umugambwe, nah hari akarwi kagmba kumukura.

Bonaventure GASUTWA avugira Charles NDITIJE amenyesha ko inging yo gukura Charles NDITIJE ku burongzi bw’umugambwe UPRONA ataco ivuze kuko itubahirije amategeko.

Bonaventure GASUTWA avugira uruhande rwa Charles NDITIJE amenyesha ko ku ruhande rwab badashobora kwitaba ibiganiro bitumweko n’umufasha w’umuhuza Benjamin Mkapa kuko batakimufitiye icizere.

Kubwa Bonaventure GASUTWA, abagomba kuja mu biganiro barondera ingene bshika mu bibanza biri mu nama nshingamateka.

Recommended for you

Leave a Reply

Your email address will not be published.