Fri. Jan 17th, 2020

Black-G giye gukorana na Smart umwaka wose

Umuririmvyi Djuma Marembo azwi kw’izina ry’uburirimvyi nka black-g agiye gukorana na smart ikiringo c’umwaka wose bakaba basinye amasezerano yo gukorana ku munsi wa kane igenekerezo rya 17/12/2015.
black g
Smart vikaba yahaye amafaranga angana imiriyoni cumi na zabiri z’amarundi.
Tworangiza tubamenyesha ko black g agiye kuza araboneka mu bikorwa vyose vya smart ikiringo c’umwaka wose