Monday, May 29, 2023
HomeNewsBiteye isoni : Umuyobozi wa Company yafashwe ariko arasambanya umukozi wiwe ...

Biteye isoni : Umuyobozi wa Company yafashwe ariko arasambanya umukozi wiwe mu biro ( Office ) ” Raba hano amafoto

Bimaze kuba nk’umuco mu gihugu ca Tanzaniya aho abantu bakomeje gusambanira aho babonye hose , iyo batabikoreye munzira babikorera mu modoka none bano bafotowe basambanira mubiro, aha ni Tanzania mugace kitwa Mwanza

Ibi kandi sibintu vyiza ku bantu bashobora kuba bakora ibintu nkibi kuko binahesha isura mbi abandi bayobozi bayoboye ibigo bikomeye nka ma Company mu mafoto amwe tugenda tubona agaragaza uburyo umukoresha w’umukozi aryamana n’umwe mubakozi biwe.

Ivyo ni bintu bihanirwa na mategeko ariko nkubu aya mafoto namwe agaragaza ivyo abayobozi benshi bakora mu gihe bari muri zabiro zabo uyu mukobwa abamubonye bavuze ko bamuzi neza kandi ko akora muriyi Company.

Hari amakuru avuga ko uyu mukobwa igihe yaje gusaba akazi Boss wiwe yarakamuhaye ariko ngo akamubwira ko yamukunze kandi azomugira umukozi akomeye mukazi hanyuma umukobwa nawe ntabwo yahakanye ngo baja bakunda kuganira cane.

ESE KOKO NIMBA ABAYOBOZI ARIBO BAKORA IBIKORWA NKIBI TWOKWITA NKA RUSWA YIGITSINA, UBU ABANA BIGA CANKE ABARIKO BARARANGIZA AMASHURI UBU BAZOHABWA GUTE AKAZI?? N’UKUVUGA KO NABO BAZOTEGEREZWA GUTANGA RUSWA Y’IGITSINA KUGIRANGO NABO BAHABWE AKAZI?

Must Read