Wednesday, May 31, 2023
HomeNewsUmunyeshure yiga muri kaminuza yashize amafoto y'umukunzi wiwe bariko barakora imibonano mpuzabitsina...

Umunyeshure yiga muri kaminuza yashize amafoto y’umukunzi wiwe bariko barakora imibonano mpuzabitsina

Akenshi turunva abahungu bagira imigenzo yokumaramaza abakunzi babo ariko uyu we ivyo yakoze biteye isoni ndetse ni agahomeramunwa . Umusore wo mu gihugu ca Nigeria yiga muri kaminuza yashize hanze amafoto ariko arakora imibonano mpuzabitsina n’abakobwa babiri batandukanye, Abo bakobwa bikaba vyunvikana ko ari abakunzi biwe ba kera.

Nk’uko vyibonekeza murayo mafoto, uyu muhungu biboneka ko yagiye arayifotora ariko arakora imibonano mpuzabitsina na buri mukobwa ukwiwe, agafotora vyose atanakimwe asize, kuburyo no kuri ayo mafoto vyose biboneka uko vyaranguwe.

Nyuma yo gutandukana n’umukunzi wiwe wa mbere bapfuye ko yamubonanye n’uwundi muhungu, we yahise ashaka uwundi mukunzi nawe munyuma baza gutandukana bapfuye ikibazo gishaka gusa nkicumukobwa wa mbere . Uko gutandukana kwa kabiri niko kwamuteye gushavura aho we yahise ashira amafoto yose yagiye yifotozanya nabo bakobwa bariko bakora imibonano mpuzabitsina.

Nk’uko ikinyamakuru gikorera muri Nigeria gikomeza gutanga ano makuru, bo bavuga yuko incuti ziwe ko zavuze ko ayo mafoto atariyo yonyene uwo musore yoba afise, ngo hari ayandi atarashira kumugaragaro.

UBM News ino ngeso yogufotora abakobwa batambaye tukaba tuyiyamiriza ndetse tukaba tugiriyeho tunasaba abakobwa b’abarundi kuza barambara bakikwiza kuko kugaragaza ubwambure ni bibi cane, bakirinda kwifotora canke kwifotoza bambaye ubusa kuko iyo foto ishobora kugera kure, ikindi gikomeye cane bakirinda gukora imibonano mpuzabitsina igihe cose batarubaka ingo zabo.

Must Read