Monday, May 29, 2023
HomeNewsPastor yariko arasengera umukobwa ac'atangura kumukorakora Kumabere.

Pastor yariko arasengera umukobwa ac’atangura kumukorakora Kumabere.

Inyuma yibitangazamakuru vyinshi bimaze imisi bitangaza inkuru yumu Pastor yariko arasengera umukobwa munyuma ngwahita atangura kumukorakora kumabere, UBMNews twashimye kubereka iyo Video twongera dushima kubazanira ukuri kubijanye niyo video.1

Bimwe mubitangazamakuru vyatanze iyonkuru vyavuga yuko uwo mu Pastor wo mugihu ca Nigeria ko ino video yafashwe namakamera yarari aho hantu ngwariko uwo mu Pastor ngo yakora ivyo vyose atazi ko hari amakamera afata Video.

UBMNews tumaze kubona iyo Video twashimye kubagezaho ukuri aho kuri ” uravye neza i video irerekana umu Pastor ariko arakorakora kumabere yumukobwa ariko irya ni Movie bariko barakina, twashaka abantu bose babonye amakuru atandukanye, bamenye ko irya ari Movie bariko barakina bityo ibitangazamakuru bimwe bimwe bikaba bishaka kubesha abantu gusa.

Abarundi muriko murinjira muvyo gukina ama Movie, muze mwitonde ntimube nkaba Nigerian batanguye gukina ibintu vyo gucafuza abantu kandi
Kubantu bose bakina iMovie zijanye nabakozi b’Imana, baze bararaba ivyo bakina kuko hariho ivyo bakina bashaka gusa gucafuza aba Pastor kugirango baboneke nabi.

Raba Video yuwo mugabo wumu nigerian yakinye murino Movie ari Fake Pastor

Posted by Eric Nyandwi

Must Read