Kugeza ubu, Abantu benshi basigaye bibaza ibintu bisigaye bibera kurino si bikabasiga, bamwe bati turi mu gihe ciherezo kuko ibintu abantu bubu basigaye bakora usanga biteye isoni, Mu gihugu ca Tanzania umuhungu aherutse kwemeza abagenzi biwe ko ubwiwe ashobora gusanga uyu mukobwa imbere ya bantu akamusambanya bose baraba, abandi nabo baramuhakanira bavuga ko atobishobora, mu nyuma rero uyu musore ntiyatevye kuko yahise ahagaruka ajayo ngo abereke ko ari umuhungu amaze kurengana.
Nkuko tubikesha ikinyamakuru gikorera muri Tanzania, bo bavuga ko abantu bari ngaho yuko bumiwe bitewe nivyo uwo muhungu yakoze, bamwe bahise batangura kuvaho abandi nabo batangura kuvyamirira kure kuko atagaciro hamwe n’akaranga ngo vyigisha urwaruka ruriko rurakura.