Sunday, May 28, 2023
HomeNewsBiteye isoni : Abakobwa bigurisha bakwiye guhinduka kuko ntanyungu irimwo '' Raba...

Biteye isoni : Abakobwa bigurisha bakwiye guhinduka kuko ntanyungu irimwo ” Raba hano kano kamaramaza

Ikibazo gikunzwe kwibazwa na benshi nicerekeye abakobwa bigurisha, bamwe bati niyihe nyungu irimwo ? vyovyo turavye dusanga abakobwa bigurisha ari ukwitesha agaciro kuko ntanyungu nimwe irimwo.

Bano bakobwa bo bavuga ko ubukene ko ariyo mpanvu ya vyose ibitera, ngo muvyukuri gukora aka kazi ko kwicuruza ngo ntakandi kazi baba bafise kandi ngo hari igihe kigera bakumva nabo barambiwe bagahitamwo kuja kwishakira iyindi mibereho yo hanze.

Ese wewe abakobwa bigurisha ntaco wobahanura ?

Must Read