Monday, May 29, 2023
HomeNewsBiratangaje : uru nirwo rutonde rw'abaririnvyi 25 bishurwa amahera menshi kwisi !...

Biratangaje : uru nirwo rutonde rw’abaririnvyi 25 bishurwa amahera menshi kwisi !

Umuziki ni kimwe mu bintu vyinjiza amahera menshi hano kuri iy’Isi dutuyemwo, Nkuko bitangazwa ni Ikinyamakuru Forbes Magazi gisanzwe gikora intonde z’abantu bafise amahera menshi, kuri ubu iki kinyamakuru Kikaba cakoze Urutonde rw’abaririnvyi 25 bishurwa amahera menshi cane.

Kuri uru rutonde bikaba vyatangaje abantu benshi kuba abaririnvyi bakomeye cane nka Jay-Z, Beyonce na Rihanna aribo bantu bari mumyanya yanyuma.

1. Madonna – $125 million
2. Lady Gaga – $80 million
3. Bon Jovi – $79 million
4. Toby Keith – $65 million
5. Coldplay – $64 million
6. Justin Bieber – $58 million
7. Taylor Swift – $55 million
8. Elton John – $54 million
9. Beyonce – $53 million
9. Kenny Chesney – $53 million
11. Diddy – $50 million
12. Paul McCartney – $47 million
13. Calvin Harris – $46 million
14. Jennifer Lopez – $45 million
15. Roger Waters – $44 million
16. Muse – $43 million
16. Rihanna – $43 million
18. Jay Z – $42 million
18. One Direction – $42 million
20. Dr. Dre – $40 million
20. Red Hot Chili Peppers – $40 million
22. The Rolling Stones – $39 million
22. Katy Perry – $39 million
24. Tim McGraw – $33 million
25. Pink – $32 million

Must Read