Thursday, June 8, 2023
HomeNewsBiratangaje ! Umuririmvyikazi '' Samantha '' amafoto yerekana ata***pe yambaye akomejwe...

Biratangaje ! Umuririmvyikazi ” Samantha ” amafoto yerekana ata***pe yambaye akomejwe kuvugwaho vyinshi ” Niwirabire nawe hano

umuririmvyikazi Samantha yatangaje incuti ziwe kuri facebook, aho ejo kumugoroba yashize amafoto yambaye ijip ifise ipasura ishika hejuru kuburyo iyo pasura yerekana ko atasi*pe yambaye, abarundi bo iyo babonye umuntu yambaye nkakuno ubwabo baba babona nkaho ari gusa nubwo we aba yunva ko yambaye.

Ayo mafoto rero yayashizeko nyuma yaho atahukanye udushimwe tumwe tumwe yahawe muri topten tube award ya radio Bonesha fm. bikaba vyabonetse ko yariko arahimbaza umunsi mukuru wubwo bushimwe afise nikinyombwa benshi bakunze gukoresha iyo banezerewe arico bita champagne mugifaransa.

Ariko ayo mafoto naho yayashizeko haheze iminota mike, aca arayafuta, ashobora kuba yamuteye isoni. ariko ntamahirwe yagize yo kuyakurako imbere ya Burundi Hit ko iyafata.

( ivyo bikaba biheruka kuba kumuririmvyi wumunyamerika Chris brown yashize ifoto yurukozasoni kuri instagram yaiwe yuma yimunota aca arayifuta ariko aba paparazzi bo muri amerika bari bamaze kuyifata nkejo )

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...