Thursday, June 8, 2023
HomeNewsBiratangaje : Menya ibintu bikomeye umugambi wa Aline Vyuka ugiye gukora mu...

Biratangaje : Menya ibintu bikomeye umugambi wa Aline Vyuka ugiye gukora mu minsi ir’imbere.

Umuririmvyikazi yamamaye cane hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Aline Vyuka ” umugambi mushasha ushigikiwe na benshi wa ( Aline Vyuka Foundation ) wo gufasha impfuvyi urabandanya ndetse aho ubu bizeye neza ko bishobotse yuko bazoshobora kuzorungika impfuvyi zirenga 100 zitishoboye kuja gutangura ishure, aho rero ivyo vyose bikazoranguka biciye muruno mugambi wa Aline Vyuka Foundation.

1

Umunyamakuru wa UBM News yagerageje kuganira nuno muririmvyi ( Aline Vyuka ) tumubaza aho ibikorwa bigereye, kubwiwe rero yadutangarije ko ibikorwa biriko biragenda neza ndetse akaba yanabicishije kubuhinga nkoranyabuhanga abwira abantu aho bagejeje.

Aline Vyuka yagize ati : Kira kintu cose wipfuza gutanga canke se gufasha urahawe kaze, akarorero nko gutanga ” Ikinga, impuzu, ibitabo, amakaye, amakaramu hamwe n’ibindi vyose wibaza ko wotanga bigafasha impfuvyi zo muri Africa.

aline

Anything you can contribute you are more welcome to do so . Some examples are bicycle, clothes, shoes, books, notebooks, pens, backpack, etc anything you can contribute in order to help orphans in Africa we are hoping to send more than 100 orphans in school your offer will be big and God will bless you.

For more information
Contact me aline vyuka through Facebook , call 16052018124 or email dubenigne@hotmail.com

UBM News turashigikiye uno mugambi wa Aline Vyuka Foundation ndetse tukaba dusaba nawewe kuwushigikira , ibuka yuko gutanga bizana imigisha bityo ino migisha y’Imana nawewe ntuyihombe.

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...