Thursday, June 8, 2023
HomeNewsExclusive Interview : Menya hano ibintu bikomeye umuririmvyi '' Mkombozi ...

Exclusive Interview : Menya hano ibintu bikomeye umuririmvyi ” Mkombozi ” yavuze kuvyerekeye kuza gukorera ibiteramo hano muri America !

Nyuma yo kubona ko abaririmvyi benshi b’abarundi baba mu Burundi ko badakunze gukorera ibiteramo hanze y’igihugu, nkakarorero nko kuza gukorera ibiteramo hano muri Leta zunze ubumwe za America, Ikinyamakuru ca mbere gisomwa n’abarundi benshi gikorera muri America ” UBM News ” twashimye kuganira numwe mubaririmvyi bakunzwe cane ndetse bamaze kubaka izina m’umuziki wu Burundi, uwo nawe si uwundi ni ” Nzeyimana Mkombozi ”

Mkombozi

Mu kiganiro uno mu Star afise aba fans benshi hano muri America yaduhaye hano kuri UBM News, ubwiwe yavuze ko kenshi ibiteramo akunze kubikorera muri Congo hamwe no muri Tanzania ariko tumubajije yuko yoba afise imigambi yo kuza gukorera ibiteramo hano muri America, ubwiwe yatubwiye ko hataragera kuko ngo bisaba ko habaho umuntu abimufashamwo aba hano.

Nzeyimana Mkombozi yagize ati : Kenshi ibiteramo nkora mbikorera muri congo na le 27 nzoj itanzania ariko muri Usa bado kuko bisaba ko haba hari uwubitegurira hiyo.habuze uwokwitanga

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...