Wednesday, May 31, 2023
HomeNewsBiratangaje ‘’ Bose n’impumyi ariko bamaranye imyaka 50 ari umugore n’umugabo bakundanye...

Biratangaje ‘’ Bose n’impumyi ariko bamaranye imyaka 50 ari umugore n’umugabo bakundanye !

Abenshi bakunze kwibaza ukungene wokunda umuntu utarigera ubona n’umusi numwe mu buzima bwawe , nubwo biriko uno mugore nuno mugabo bose ntibabona ( n’Impumyi ) ariko bamaranye imyaka 50 batabonana kandi urukundo bafitaniye rurakomeye cane

Must Read