Wednesday, May 31, 2023
HomeNewsBirababaje : Umugore yavutse atagira amaboko hanyuma n'umwana avyaye nawe amera nkawe...

Birababaje : Umugore yavutse atagira amaboko hanyuma n’umwana avyaye nawe amera nkawe ! Raba Video

Tugiye kuraba dusanga hari abantu koko babayeho ubuzima budasanzwe, niwibaze kubaho atamaboko ufise bityo ivyo ukora vyose ukaba wama ukeneye ubufasha buva kubantu ” uno mukenyezi yavutse atamoboko afise, haciye igihe yaje kurongorwa yubaka urugo rwiwe ariko igitangaje cane ndetse kinababaje nuko n’umwana yavyaje yaje kumera nkawe akavuka atamaboko agira.

Must Read