ARTIST

Big Fariouz : Uno muririnvyi arakunzwe pe ” Raba hano ino Video niho uca uvyemera neza.

on

Nimba utarabona Interview ya Big Fizzo umu star w’umurundi akundwa n’abantu benshi, yirabe hano musi ” Uno muririnvyi sivyimbeshere afise aba Fans benshi mu burundi hamwe no hanze yigihugu.