Thursday, June 8, 2023
HomeNewsBig Fariouz hamwe na Lolilo baraye bemeje abantu ko aribo bakunzwe cane...

Big Fariouz hamwe na Lolilo baraye bemeje abantu ko aribo bakunzwe cane kurusha abandi mu Burundi

Abaririmvyi babiri bibihangange mu muziki wu Burundi ” Big Fariouz hamwe na Lolilo, mu giteramo kidasanzwe ca Nani Mkali ( who is the Best ) bose baraye berekanye ko bakunzwe cane kurusha abandi mu Burundi aho hagati ya Lolilo hamwe na farious hatigeze habonekamwo uwushoboye gusumba uwundi, ariko ngo hahavuye hamenyekana uwundi agira gatatu, nayo bose uko ari babiri ngo vyaboneka neza ko baje barikanuye kugira berekane ico bateguriye abakunzi babo.

lolilo-and-fizzo

Nkuko ano makuru yemezwa nabanyamakuru bahishikiye, bo bavuga ko gutanga inyishu y’ikibazo ngo Nani Mkali canke se ngo Who is the best mu giteramo cabereye kuri Alfa Cd Technologies cahuje abaririmvyi batandukanye ariko gihagaze kuri Lolilo na Mugani ngo vyari bigoye cane kuko ngp bose uko ari babiri vyaboneka ko baje bazikenyeye kugira bakore igikorwa cabazanye co kuririmba.

mugiteramo

UBM News reka tubibutse ko abantu bitabiriye ico giteramo ko bari benshi cane ndetse hakaba hariho n’abategetsi bari bitabiriye ico giteramo.

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...