Monday, May 29, 2023
HomeNewsBidondo arashira ahabona urukurikirane rwiwe rwa kabiri vuba

Bidondo arashira ahabona urukurikirane rwiwe rwa kabiri vuba

10560529_1401828753458468_1312123218370655314_o

2000 nivyo bizorishwa ku muryango mu gihe umuririmvyi Bidondo azoba ariko arashira ahabona DVD y’indirimbo ziwe zigize urukurikirane rwakabiri azoba ashize ahabona. Aho akazoba ari kuri Havana Night Club ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 14 ntwarante, akamenyesha ko azoba arikumwe n’abagenzi biwe b’abaririmvyi ngo bafashanye nkuk basanzwe babikora.

Muri ico kibanza nyene hakazoba hariko hagurishwa DVD y’urwo rukurikirane ruzoba rugizwe n’indirimbo 12 zizoba zinafise amasanamu, nayo DVD imwe ikazoba igurwaamafaranga 5000 gusa nkuko yabituyagiye. Bidondo agatumirira abakunzi b’umuziki wiwe bose ngo bazosidukane n’iyonka baze kumushigikira ngo kanatsinda yashize ku mahera make abantu bose boronka.

Must Read