Nyakubahwa umukuru w’igihugu wa hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Barack Obama hamwe n’umugore wiwe Michelle Obama, akenshi iyo uravye urukundo aba banyecubahiro bakundana ndetse berekana imbere y’abantu, ntawoshidikanya kuvuga ko ari akarorero keza kubandi.
Uyu munsi hano kuri UBM News ( Ikinyamakuru mukunda muri benshi ) dushimye kubereka amwe mumaforo yerekana Perezida Barack Obama ari mumunezero udasanzwe n’umugore wiwe.
Urukundo rwabo rwatanguye kuva kera cane
Barack Obama hamwe n’umugore wiwe ntibatinya kwerekana umunezero hamwe n’urukundo bafitaniye imbere y’abantu
Ese wewe urukundo rwaba bantu woruvugakwiki ?