NEWS

Bamwe mu bakinyi bakina hanze b’intamba mu rugamba bamaze gushika

on

Mu gihe umugwi nserukira gihugu w’uburundi intamba mu rugamba ubandanya witegurira urukino rugiye kubahuza n’umugwi nserukira gihugu wa Namibie aho abakinyi bagera kuri cumi n’ababiri b’intamba mu rugamba basanzwe bakina mu bindi bihugu batumweko kugira baze bifadikanye na bagenzi babo basanzwe bakina mw’ihiganwa ryo ngaha mu burundi kugira bashire inguvu hamwe batsinde urwo rukino
fiston na frederic

Abakinyi atari bake rero babandanya bashika i bujumbura aho twobabwira ko umunyegori jeff nzokira akina mu gihugu ca djibouti yamaze gushika, abandi bamaze gushika ni abakina mu gihugu ca afrika y’epfo abo nabo ni:fiston abdoulazak hamwe na frederic nsabiyumva

Tworangiza tubamenyesha ko abakinyi bakina mu bindi bihugu batumweko ari cumi na babiri

Leave a Reply

Your email address will not be published.