NEWS

Back to You by Moss Kiny ( Official Video )

on

Umuriririmvyi w’umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America abandanya akora neza cane mu Muziki ndundi ( Moss Kiny ) yashize ahabona iyindi ndirimbo yiwe nshasha ya ” Back To you, aho ninyuma yaho yaraherutse gusohora mumisi iheze iyindi ndirimbo yiwe nayo yakunzwe n’abatari bake.

Recommended for you